gahuza: {
    text: "Umukate n'isoda vyatumye amenya ko afise umugera wa SIDA",
    longText:
      "Phenny Awiti ni umunyakenya agendana umugera wa SIDA, akaba yamenye ko awugendana mu mwaka wa 2008, ico gihe yiga mu mwaka w'icenda.",
    script: 'latin',